ANNEXES
ANNEXE 1
UMWIDONDORO N'INTANGAMARARA
Jewe nitwa BAYIERE Willy, ndi umunyeshure mwishure Kaminuza
y'Uburundi mugisata c'inyifato n'imibano. Ndiko ndandika igikorwa kimpa
uburenganzira bwo kuronka urupapuro rw'umutsindo,nkaba nipfuza ko mwonterera
agacumu kubumwe kuvyerekeye abahukanye n'abo bari bubakanye babayeho .Ivyo
muza kumbwiravyose ndabikeneye .Nico gituma nkoresha akakuma gafata amajwi
kugira bifashe kutibagira na kimwe muvyo tuza kuganira .Vyongeye ivyo tuza
kuvugana aha atawundi azobimenya .
Mbaye ndabashimira ku ntererano yanyu.
ANNEXE 2
PRESENTATION ET CONSIGNE
Je m'appelle BAYIZERE Willy, je suis un étudiant de
l'Université du Burundi dans la Faculté de Psychologie et des
Sciences de l'Education .Je suis entrain de réaliser un travail de fin
d'études. Je souhaite m'entretenir avec vous pour savoir comment la
personne divorcée vie sa situation de divorce .Tout ce que vous me
direz me sera d'une grande nécessité, raison pour la laquelle je
suis muni d'un appareil enregistreur pour que rien ne m'échappe.
Je tiens à vous garantir que l'objet de votre
entretien gardera un caractère secret.
Je vous remercie d'avance pour votre compréhension et
votre collaboration.
ANNEXE 3
LE GUIDE D'ENTRETIEN (EN KIRUNDI)
Ingingo nyobozi
0. UWO ARI WE
· Imyaka ufise :
· Igitsina :
· Igitigiri c'abana :
· Imyaka ihaciye bahukanye :
· Aho uba ubu :
· Aho wahora uba kera :
· Akazi ukora :
1. IBIBAZO
1. Kuri mwebwe ni izihe mvo nyamukuru zituma abubakanye
bahukana?
2. Mwebwe none ni ikihe catumye mwahukana?
3. Ninde yatumye gusaba kwahukana hagati ya mwebwe n'uwo mwari
mwubakanye?
4. Mwoba mwari mwariyunviririye ubundi buryo bwari gutuma
mutahukana?
5. Ubu birashika mukaja kuramutsa abavyeyi?
6. None mufitaniye iyihe migenderanire nikibano canyu ?
7. Mufitaniye imigndeanire myiza n'umuryango wanyu ?
8. Abaganzi banyu n'abavyey banyu babibonye gute mumaze
kwahukana ?
9. Mwoshobora gutanga ivyiyumviro kuvyerekeye urukundo hagati
y'abubakanye ?
10. Ku bwanyu , umuntu yogira iki kugira ntiyahukane?
11. Mwoshobora kutubwira ingorane muhura mu kazi zijanye
n'ukwahukana?
12. Umukozi wa reta yahukanye abonmwa co kimwe mu kibano
n'uwutari umukozi wa reta? Mwoshobora gutanga insiguro?
13. None mushaka ko umugabo /umugore wanyu yobakunda gute ?
ANNEXE 4
TRADUCTION EN FRANCAIS DU GUIDE D'ENTRAITIEN
GUIDE D'ENTRAITIEN
0. IDENTIFICATION
- Votre âge:
- Nombre d'enfants:
- Temps écoulé après le divorce;
- Résidence actuelle:
- Profession:
1. QUESTONS
1. D'après vous quels sont les facteurs qui peuvent
être à l'origine du divorce?
2. Et vous, qu'est ce qui vous a poussé à
divorcer?
3. Qui a pris l'initiative en premier lieu dans la demande de
votre divorce?
4. Avez-vous tenté d'autres solutions pour
empêcher la rupture du mariage?
5. Il vous arrive de fréquenter le domicile
paternel?
6. Quelles sont vos relations avec l'entourage
7. Etes-vous en bonnes relations avec les membres de votre
famille?
8. Quelle a été l'attitude de vos amis et de vos
parents après le divorcé?
9. Pourriez-vous donner votre avis sur ce qui vous entendez
par l'amour conjugal ?
10. D'après vous, que faut-il faire pour éviter
le divorce ?
11. Pourriez-vous donner les difficultés que vous
rencontrent dans votre milieu professionnel ?
12. Etes-vous touchés de la même façon que
les non fonctionnaires ? Comment ?
13. Comment voulez-vous que votre femme et/ou homme vous
aime ?
|