ANNEXES
ANNEXE I: PRESENTATION ET CONSIGNE EN KIRUNDI
Mwaramutse,
Nitwa Siriyako CIZEROCIMANA, ndi umunyeshure wo mw'ishure
Kaminuza y'Uburundi, ndiko ndakora igikorwa co guheza ivyigwa. Naje
ndabatumbereye mwebwe, abavyeyi canke umuvyeyi, kugira mumbwire ku bijanye
n'umuhungu wanyu w'ikinege, na canecane ikibanza mumuha ngaha mu muryango.
Inkuru muza kumpa zirakenewe cane, n'ico gituma nitwaje aka gakoresho ko gufata
amajwi kugira inyishu muza gutanga kuri ibi bibazo ndazibike neza. Ndabemereye
kandi ko ivyo tuvugana atawuzomenya uwabivuze. Murakoze !
ANNEXE II : GUIDE D'ENTRETIEN EN
KIRUNDI
A.
IDENTIFICATION DE L'ENQUETE
Abavyeyi bose :
Umupfakazi :
Imyaka y'umugabo :
Imyaka y'umugore :
Imyaka y'umuhungu :
Igitigiri c'abana :
Igitigiri c'abakobwa :
B. IBIBAZO
? Ukumenya uko imigenderanire iri hagati y'abavyeyi,
abakobwa n'umuhungu umwe yifashe.
1. Mwotubwira uko imigenderanire iri hagati yanyu n'abakobwa
yifashe?
- Mwotubwira uko imigenderanire iri hagati yanyu
n'umuhungu yifashe?
- Mwotubwira uko imigenderanire iri hagati y'abakobwa
n'umuhungu yifashe?
2. Kubera iki hari urukundo rwinshi hagati yanyu n'umuhungu
wanyu ?
3. Ni igiki gituma habura umwumvikano hagati yanyu n'abakobwa
banyu?
4. Ni igiki cotuma haba umwumvikano hagati y'abagize umuryango
?
?Kumenya uko umuhungu afashwe bivanye
n'ubunege bwiwe.
5. Dufatiye ku bunege bw'umuhungu, ni iki mumugirira
mutagirira abakobwa ?
6. Bivanye n'uko mufashe umuhungu, mumuha ikibanza ikihe aha
mu muryango?
7. Dufatiye kuvyo mugirira umuhungu, abakobwa bo mubagirira
iki ?
?Kwerekana inkurikizi ku muhungu nomu
muryango.
8. Ni izihe nyifato nziza z'umuhungu bivanye n'ivyo mumugirira
hamwe n'ivyagirirwa n'abashikiwe?
9. Ni izihe ngorane umuhungu wanyu ahura muri uyu muryango?
10. Ni izihe nyifato mbi ziva ku bunege bwiwe no kukuntu
mumufata?
? Ugutanga ingingo ngenderwako mu muryango
kugira hatuzwe ivyiyumviro bifatiye kugacinyizo k'ibitsina.
11. Ni izihe mpanuro mwoha umuhungu wanyu kugira ategure neza
kazoza kiwe?
12. Ku bwanyu, abavyeyi bokora iki kugira indero y'abana itere
imbere na canecane iy'umuhungu umwe?
13. Ni izihe mpanuro mwoha abavyeyi kugira haranduranwe
n'imizi ivyiyumviro bifatiye kugucinyiza igitsinakobwa mu muryango?
14. Ni izihe ngingo mwosaba ko Leta ishira mungiro kugira
ituze agacinyizo kagirirwa igitsinakobwa?
ANNEXE III : PRESENTATION ET CONSIGNE EN
FRANÇAIS.
Bonjour ;
Je réponds au nom de Cyriaque CIZEROCIMANA, je suis
étudiant de 2e cycle à l'Université du Burundi,
je suis en train de faire un travail de fin des études universitaires.
Je m'adresse à vous, parents, pour que vous me parliez de la situation
de votre fils unique et plus particulièrement de la place que vous lui
accordez ici dans votre famille. Ainsi, les informations que vous allez me
livrer sont utiles, c'est pourquoi je me suis muni de cet appareil enregistreur
pour garder les réponses que vous allez donner à mes questions.
Je tiens également à vous garantir l'anonymat de vos propos. Je
vous remercie !
ANNEXEIV :
GUIDED'ENTRETIENENFRANÇAIS
A. IDENTIFICATION DE L'ENQUETE
Couple vivant :
Veuf ou veuve :
Age du mari :
Age de l'épouse:
Age du fils :
Nombre d'enfants :
Effectif de filles :
B. LES QUESTIONS
? Les types de relations entre les parents, les
filles et le fils unique
1) Pouvez-vous nous parler de vos relations avec vos
filles?
-Pouvez-vous nous parler de vos relations avec votre fils?
-Pouvez-vous nous parler des relations entre votre fils et vos
filles?
2)
Pourquoi y a-t-il une affection profonde entre les parents et leur fils
unique ?
3)
Qu'est-ce qui est à l'origine de la mésentente entre les parents
et leurs filles dans une telle famille ?
4)
Qu'est-ce qui fait que les relations soient bien organisées entre les
membres de la famille ?
? Les traitements affectifs réservés au
fils à cause de son unicité.
5) En
tenant compte de l'unicité du fils, quels sont les traitements que vous
lui réservez contrairement aux filles?
6) En
tenant compte des traitements du fils, quelle est la place qu'on lui accorde
ici dans cette famille?
7) A
partir de ce que vous faites pour votre fils, qu'est-ce que vous faites pour
les filles seulement?
?
Les conséquences pour le fils et pour la
famille.
8)
Quels sont les bons comportements du fils résultant de vos traitements
et ceux de ses soeurs?
9)
Quels sont les problèmes rencontrés par le fils unique dans votre
famille ?
10)
Quels sont les mauvais comportements résultant de son
unicité et des traitements qu'il subit?
?
Les précautions à envisager dans une telle famille pour
éviter le préjugé fondé sur la discrimination des
sexes?
11) Quels
sont les conseils donnés à votre fils unique pour qu'il puisse
bien préparer sa vie future?
12)
Selon vous, que doivent faire les parents pour réussir à
l'éducation de leurs enfants en général et du fils unique
en particulier ?
13)
Quelles sont les mesures proposez -vous aux parents pour éviter le
préjugé fondé sur la discrimination du sexe
féminin?
14)Quelles sont les mesures proposez-vous à
l'État pour éviter le préjugé fondé sur la
discrimination du sexe féminin?
|